Muzohasanga:
Intumbero yacu: kubafasha kugura neza, kugurisha neza no guteza neza imbere igikorwa canyu na JamaMart
Nimwubure aha munsi impanuro z'ubwenge mu gutekera neza ikidandazwa
Ugutekera neza si ugukingira gusa :
N'ugutekera bisanzwe hojako "indangagihingurwa" :
"Ibidandazwa vyarungitswe bitekewe [Izina ry' indangagihingurwa] rimenyekana.''
3. Amakuru atomoye ku gatu(colis)
Itekerwa ryiza ryerekana ibiri indani ritarinze kuba "igeragezo" ry'ukwiba:
4.Gukingira bihanitse(atari urupapuro rupfunyiranije)
Itakara= isubizwa, ukudashima, uruhombo.
"Itekerwa ribuza kwononekara mu gutwara ibintu bidahungabana"
5. Iyumvire isubizwa / Ihanahana ugitekera
Urunguka umwanya mu gihe umuguzi ategerezwa gusubiza:
6. itekerwa ritonona ibidukijije(rirahumuriza cane)
“itekerwa ritonona ibidukijije / Isubizwa bushasha.”
7. Imero imenyerewe → amahera yo gushikana ibidandazwa ni make
Ibikarato ''bitamenyerewe" kandi binini birazimvye mu gutwara ibintu
8. Ubwoko "itekerwa ry'akaganuke" (bworoshe gushira imbere muri JamaMart)
bw'agaciro kanini ukoresheje inguvu nke.
Rihisha ayiyongera(canke ku buntu hejuru y'igiciro cashitsweko). Rihisha ayiyongera(canke ku buntu hejuru y'igiciro cashitsweko).
Ugutekera neza bizana umuguzi ku rubuga rwawe:
"Dukurako icicumi kw'itumwako ry'ibidandazwa rikurikira ukoresheje ikode: PACK10”
Ushobora gushiraho urugero rutoyi rubaho ku badandaza bose:
“"Kwubaha agatabo kerekana ugutekera ni itegeko."
Mwugurura gute ikonte yanyu kw'ibutike yacu
Kwugurura ikonte mw'ibutike yacu biroroshe kandi bibafasha gukurikirana ivyo mwatumyeko, kwinjiza aho muba no kwunguka umwanya mu gihe c'ubundi buguzi.
1. Gushikira urubuga rwo kwiyandikishirizamwo
2. Uzuza urupapuro
Menyesha amakuru yasabwe:
Uce ufyonda kuri "Kwugurura ikonte" / "Kwiyandikisha"
3. Emeza ibaruwa ngurukanabumenyi(mu gihe yuguruye)
Iyo ukwemeza ibaruwa ngurukanabumenyi(e-mail) yuguruye mw'ibutike yawe:
Ugurura agasandugu k'ibaruwa ngurukanabumenyi(e-mail).
Ikonte yanyu izoba rero yuguruye kandi igezwe gukoreshwa.
4. Kwinjira mw'ikonte yawe
Kugira mwinjire mu muhora umwanya wose:
Mushobora kandi:
Igikorwa « Kugurira rimwe » gifasha gutanga umutekero w'ibidandazwa (ikidandazwa nyamukuru + 1 canke ibidandazwa vyinshi vyunganiranira)habaye isubizwa ridasanzwe mu gihe umuguzi yabiguze mu gihe kimwe.
Ku rubuga rw'ikidandazwa, urabona ikigize umugwi co mu bwoko:
Kugurira rimwe no kuziganya X % / X FBU
Akarorero:
Igiciro gisanzwe kiri ukwaco: 80 000 FBU
Ukoresheje « Kugurira rimwe », umutekero utangwa kuri 72 000 FBU.
kuri JamaMart, uwushushanya canke uwudandaza imideri arashobora kwugurura ibutike yiwe bwite ku mbuga ngurukanabumenyi hamwe no kudandaza ibidandazwa vyiwe(impuzu, ibirato, ibijanisho,n'ibindi.)
Ikonte yanyu ihejeje kwemezwa, muraronka ibaruwa ngurukanabumenyi(e-mail) harimwo uburenganzira bwo kwinjira mu muhora ku kinyembuga c'umudandaza.
Mu kinyembuga c'umudandaza, mugende mu gisata Ivyapanzwe/Ibutike (ibiranga umudandaza) muce mwuzuza:
Uko ibikuranga biba bikwiye, niko ibutike yawe iba itunganijwe neza kandi yizerwa.
Mu gihe co kwongerako ibidandazwa, mushobora guhitamwo imice ijana n'akazi mukora, nk'akarorero:
Bivanye n'umugambi w'umudandaza mukoresha,ku mice imwe imwe hashobora kubaho ibidandazwa ntarengwa canke bigenewe ku bandi (akarorero “Agaciro”, “Ugucapa”, n'ibindi.). Jama Mart ifasha umutunganyabidandazwa kushiraho ivyo akoresheje imigambi y'umudandaza.
Genda mu Bidandazwa→ Ongerako ikidandazwa:
Uko ama fishe aboneka neza, nuko n'abaguzi batora ningoga ivyo barondera…kandi bakagura.
Mu kinyembuga canyu c'umudandaza, mushobora gukoresha uburyo bwo gushikana ibintu bwashizweho n'isoko (canke uburyo bwanyu bwite bivanye n'ishirwaho):
Ku buryo ubwaribwo bwose, sigura:
Ikonte - ukwinjira kwawe mw'ikonte yawe PayPal (bisigura ikiranga ibaruwa ngurukanabumenyi yawe ).