Mu gihe kingana iki mushobora gusanga mwibajije akahe kaganuke mwoshobora guha umuntu? Gutora utuganuke muha abagenzi biroroshe kubera muzi uko bameze nivyo bakunda. Mu gihe naho mutazi neza abo bantu?
bishika gake umuntu yipfuze ko akaganuke kiwe kajako umucafu mu kabati canke bagate bariko bakora isuku canke gahabwe uwundi muntu
Akaganuke ntikerekana gusa ukwitaho, ariko kaributsa umuntu yakaguhaye
Tanga akaganuke kavuye mu manganzini yacu ku bagenzi banyu kandi muce mwizera ko bazotora agakanuke bashimye kandi bazokwibuka ko mubafise ku mutima.