Ni iki Urubuga JamaMart mpuzabadandaza

JamaMart mpuzabadandaza ni ubwoko bw'amategeko ahabwa nyabwonko mu rudandazwa ku buhinga ngurukanabumenyi bufasha gushiraho isoko aho abadanza benshi bagurisha ku rubuga rumwe, umwe wese n'ikibanza ciwe.

JamaMart mpuzabadandaza ni ubuhinga budasanzwe bufasha kwubaka urubuga "ubwoko bwa "Amazon" atari gusa ibutike imenyerewe.

-  Abadandaza benshi bigenga bashobora:

  • Kwongerako ibidandazwa
  • Gushiraho ibibaranga/ibutike
  • Gutunganya ivyabo vyatumweko, kubishikiriza, ububiko, n'ibindi.,
  • kuva ku kinyembuga cabo c'umudandaza

  • JamaMart MarketPlacce :
    • itunganya ikiyo kimwe rudende(Urubuga rusangi),
    • ishiraho impembo, kwiyandikisha kw'abadandaza, amategeko,imice,
    • yemeza ibidandazwa n'abadandaza,
    • igumana agahembo c'icagurishijwe cose




Ibibanza 1 300 vy'isoko vyubatswe n'uguhuza abadandaza kw'isi,bigatuma iba inyishu izwi cane ku bibanza vyo kudandarizamwo ku mbuga ngurukanabumenyi.